Ihangiro

twr360

TWR360 irakuraho intambamyi zose zijanye n'indimi kugira mushobore gukura ibiganiro kuri interineti bitabagoye canke musome ibiriko, murushirize kugendana na Yesu Kristo buri munsi

Intumbero

TWR 360 yibanda cane kubakoresha Web canke telefone kugira ibimenyeshamakuru vyayo bishike mu bisata vyose, be no mumashengero mato canke manini

  • Kworohereza abakristo kuronka inyabwonko, telefone zigezweho kuri buri muntu, ahariho hose, umwanya uwariwo wose, nico gikuru mu mutima
  • Guha abamenyesha Mana aho bakorera kugira bashobore gutanga ibitabo mu bisata vyose vyaba bitobito canke binini.
  • TWR360 ikora nk'urubuga rukuru kandi rufasha mu gutegura imigambi yose, rufadikanije n'amaradiyo atakibazo c'umwanya canke aho ruri.

Ivyerekeye TWR

Speaking fluently in 200+ languages and dialects, TWR exists to reach the world for Jesus Christ. Our global media outreach engages millions in more than 160 countries with biblical truth. For more than 70 years, God has enabled TWR to help lead people from doubt to decision to discipleship.

TWR ifatanije n'abayifasha bari kw'isi yose, amashengero n'ibindi bisata, iratanga ibiganiro bishikana ivyizigiro mu bantu nomu bihugu vyose. Mwoba mukoresha Radio ku murongo wa AM/MW canke internet, TWR irabashikiriza ivyo mwifuza vyose.