RICHARD A. BENNETT yarigishije mu mashengero, mu makoraniro, mu mashure ya kaminuza ya Bibiliya cane cane mu bihugu vya Amerika, Kanada, i Bulaya, no muri Afrika mu myaka irenga mirongo ine. Imyaka mirongo ibiri muri iiyo inyigisho ziwe za Bibiliya zahora zica mu maradiyo, kenshi mu maradiyo yo ku migabane itanu y’isi y’amashirahamwe Trans World Radio na East Broadcasting Corporation. Biciye mu bikorwa bidasanzwe, Richard n’umukenyezi wiwe Dorothy barifuza cane gufasha abantu ngo bamenye Umwami Yesu Kristo yazutse mu buryo budasanzwe.

Email Sign-up

Sign up for the TWR360 Newsletter

Access updates, news, Biblical teaching and inspirational messages from powerful Christian voices.

Thank you for signing up to receive updates from TWR360.

Required information missing