Mu cigwa cacu c'uno musi, turabira hamwe Zaburi ya 139, kuva ku murongo w’indwi gushika kuri Zaburi ya 141 ku murongo w’icenda. Turabona ko Imana ibera hose icarimwe. Turabona kandi ko ishobora vyose; ko atacoyinanira. Ikindi tuza kubona n’uko amasengesho y’umugororotsi ari imibavu imota neza imbere y’Imana; kubwo ivyo, uwusenga wese akwiye kuba abaho ubuzima bwubaha Imana.
Imana ibera hose icarimwe
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye