Nta mahoro ku Banyakibi

Abanyakibi bazogira kazoza gateye agahinda, kandi n'ubu nta mahoro bafise.