Inyifato ibereye n'iyitabereye

Ubwenge n’ihuriro z’uburangamutima. Akarangamutima ka mbere kandi gahambaye n’ukwubaha Uhoraho. Muri ukwo kwubaha Uhoraho hava guca bugufi no kwemera guhanurwa, ivyo na vyo bikaba ari ibintu nyamukuru biranga ubwenge.