Twabonye ivyaha ab'Isirayeli bakora bituma Imana ibahana. Twabonye ko basenze Bayali .Twabonye kandi ukuntu Mika yababajwe n'urubanza rwari rugiye gucirirwa Ab'Isirayeli , Mika yabonye ko mu bantu ata muntu numwe atunganye bose babundira kuvisha amaraso. Abaganwa n' abacamanza bose bakora ibibi, abarusha abandi kumera neza bari bameze nk'imikere ifise amahwa. Twarabonye kandi ko tudakwiye kwizigira abantu. Mika adusaba ko dukwiye gupima amajambo y'Imana avugwa n'abantu kuko akamere k'umuntu s'ako kwizigigwa.
Ivyaha vyatumye Imana ibahana
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye