Uguterwa kwa Ninewe.

"Ingabo z’abamedi n’ababuloni, zari zirongowe na Cyaxares na Nabogolassar, zateye Ashuri zigatako zikayisambura mu mwaka w’ 612 imbere y’uko Yesu Kristo avuka. Abanyashuri nta muntu n’umwe batinya, bari bazi ko atawoshobora kwinjira no gutera igisagara cabo. Kandi bibwira ko ata rubanza na rumwe rwoshobora kubatsinda. Ariko Imana ibwiye iryo hanga iti: “Ugiye kuzosamburwa”. "