Abigisha b'ibinyoma barapfuye mu mpwemu. Barwanya ivy'Imana. “Bazobona ibara kuko bajanye inzira ya Kayini, bakiroha mu buzimire bwa Balamu kubwo amaronko, bagahonera mu mugararizo wa Kora.”
Ibara rizobonwa n'abagarariji
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye