Mu ncamake, iki gitabu kivuga uko Yohana yabwiwe kwandikira amashengero, agaa yrkwa mw'ijuru uwuri ku ntb y'ubwami afis igitabu, Umwagqzi gusa aba ari w acakiriye ngo acugurure, amenye ibikimatanije haboneka ivyago mw'isi, mw'ijuru ikiyoka kiraneshwa kira

Mu ncamake, iki gitabu kivuga uko Yohana yabwiwe kwandikira amashengero, agaa yrkwa mw'ijuru uwuri ku ntb y'ubwami afis igitabu, Umwagqzi gusa aba ari w acakiriye ngo acugurure, amenye ibikimatanije haboneka ivyago mw'isi, mw'ijuru ikiyoka kiraneshwa kirakororerwa mw'isi, igikoko kiraza kigoberera abntu kugisenga, haboneka Umwagazi n'abacunguw 144.000 kuri Siyoni, habonka ivyago vyo guheraheza ishavu ry'Imana, Satani arabohwa Kristo na we araganza imyaka 1.000, hanyuma yrekwa ijuru rishasha n'isi nshasha.