Yohana yashinze intahe ko ivyo yabonye ari ijambo ry'Imana. Aravuga ati hahirwa abasoma n'abumva iryo jambo bakaryitondera, igihe kiri hafi. Iki gitabu kirerekana agaciro k'ubuntu n'amahoro biva ku Mana nk'uko Yohana yavyipfurije amashengero mu ndamukanyo yagiye abaha.
Yohana ashingira intahe ivyo abonye
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye