Yesu yashimiye ishengero ryo muri Efeso ibikorwa, ukwihangana, kwitandukanya n'abiyita intumwa atari bo. Ariko yabagayiy ko bahvye urukundo rwabo rwa mbere. Yabahanuye kwihana no gukora ibikorwa nk'ivya mbere. Ubutumwa kukwiye kubwirwa abanyavyaha ni ubwo nyene bwi kwihana.
Impera Yesu yabikiye abihangana.
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye