Yohana abwirwa kwanikira ishngro ryo muri Efeso
Efeso cari igisagara ubatswe neza n'amabuye y'agaciro, Pawulo yarahakory ane na Yohana nyene. Hari ibigirwamana vyinshi hakaba n'ingoro ya Diyane imanakazi yitiriwe ukurondoka. Abantu bahakoranira bakora ubusambanyi. Pawulo aca agira ingorane zo kwigisha. Hari vyinshi Yesu yashima muri iryo shengero, ariko ati ico nkugayako nuko waretse urukundo rwawe rwa mbere.