Twihweje amahani Imana yahaye Ab'Isirayeli icishije mu muvugishwa wayo Amosi ngo ntibasubire kuja gusiguza imana z'ibigigwamana. Imana yarabagabishije abagira ngo barayizera ariko bagakora ibibi. Natwe bitubere icirwa uyu munsi amajambo meza twovuga yogushingishiriza intahe Imana ntaco yomara tudafise ingeso nziza.
Umubabaro uzana kwumvira ukugomba kw'Imana
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye