Intambara y'I Haramagedoni

Ivyanditswe mu gitabu ca Yesaya biri mu migwi mikuru mikuru itatu:1- Ibice 35 vyambere bivugwamwo ubuhanuzi bwerekeye ivyo guca amateka canke imanza.2- Kuva ku gice ca 36 kugeza ku ca 39 havugwa ivyabaye ku ngoma y'umwami Hezekiya w' I Buyuda.3- Kuva ku gica ca 40 kugeza ku ca 66 havugwamwo ubuhanuzi bwerekeye ivyo gucungugwa. N'ubuhanuzi