Yosefu ikiraro co kujabukirako c'umuryango wiwe

Yosefu n'abiwe barashitse mu gihugu ca Egiputa bajanywe n'uko bafiseyo Yosefu. Yababereye umuserukizi mwiza.