Yosefu agendera se arwaye cane.

Yakobo yumvise ko umwana wiwe aje kumuraba yarinanase aricara barayaga naho yari arwaye cane.