Shekemu afata Dina ku nguvu

Dina yagiye kuramutsa abakobwa bo muri ico gihugu, Shekemu aramubona aramwipfuza aca amufata ku nguvu