Intangamarara

Bibiliya ni igitabu gishobora kuguha ubuzima, ugacika umwana w’Imana. Ubwo ni bwo buryo Imana yagomvye gukoresha kugira ngo ivugane n’abantu.