Yohana yerekana umuntu atandukanye na Gayo
Mu cigwa c’uno musi, tubona ingene Yohana yerekana uwundi muntu atandukanye na Gayo. Uwo nawe ni Diyotirefe. Diyotirefe wewe, ntiyakira abantu Yohana arungitse, kandi ntiyemerera n’abandi ko babakira.