Umusi w'Uhoraho

abantu ba kino gihe bakora ivyaha ntibigere bamaramazwa na vyo ngo bigarure. Hari hakwiye ijwi ry’uwokwumvikana agasemerera ngo abantu basenge bihane kugira ngo Imana iduharire. Bitabaye uko, ntizobura kuducira urubanza no kuduhana.