Ivyago bizobonwa n'abanyavyaha

abantu birengagije Imana bakora ivyo bigombeye kubw’ubutunzi bishimiye, bakavuga bati nta Mana ibaho, ntishobora gukora iciza canke ikibi. Aho barahihendeye kandi ni vyo Zefaniya yatubwiye