Habakuki avugira ihanga ryiwe.

Habakuki amaze kwumva yuko inyishu y'ikibazo ciwe izoca mu guhana Abayuda bnshi bakicwa abasigaye bagattwarwa mu buja, yaciye asenga asaba ngo Uimana igire imbabazi. Uwu musii nawe urakwiye gusengera cane igihugu cawe. Burya hamwe Imana yokwereka ivyo iriko irakora kubw'ibibi bikorwa wohinda aagashitsi uawe ukavuga uti Mana gira imbabazi.