Ingene ivyaha vyabujije abntu umugisha

Uhoraho yereretse abantu bayo yuko ibikntu candute kidashobora kuronka ukwezwa kubera ko gikoze ku kintu cejejwe, ariko ahubwo ikintu cejejwe gica gihumana iyo bagishize ku kintu gihumanye.