"Imana yasezeraniye Abisirayeli intsinzi ariko imbere yaho bagaca mu makuba menshi kubera ugutera akagere Uhoraho.Imana ntiyahevye Abisirayeli namba, kandi nta miryango yazimiye nk’uko bamwe bivugira. Imbabazi z’Imana ni zo zatumye bazigamwe nk’ihanga. "
Isezerano ry'intsinzi ku Bisirayeli
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye