Imigambi Imana ifise ku bayubaha.

Uku niko Uhoraho Nyeningabo avuze, ati bazoba abanje ku musi nzoshinga babe abo niharije ubwanje, kandi nzobagirira ikigongwe, nk’uko umuntu akigirira umwana wiwe amukorera.