Ishengero ry' Perugamo ryari ryuzuyemwo abantu bisukiramwo ariko atari abakristo b'ukuri. Kandi hariho kwakira inyigisho nyinshi z'ibinyoma. Muri iryo shengero hariho benshi batemera izo nyigisho z'ibinyoma, ariko nta ngingo yafashwe yo kwitandukanya nabo bangushi.
Ikete kw'ishengero ry'i Perugamo
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye