Ba bamarayika indwi bavuza inzamba zabo
Ba bamarayika babonetse bakurikirana kuvuza umwe wese inzamba yiwe, haca haboneka ivyago bitandukanye. Muri iki kiganiro turabona inzamba zivuzwa n'abamarayika bane, haba harasigara batatu.