Ivyo Yohana yeretswe hamaze kumenwa ic'indwi kimatanije igitabu

Yohana yeretswe abamarayika indwi bama bahagarara imberee y'Imana, abona bahawe inzamba indwi, aca abona bose biteguye kuvuza izo nzamba uhereye ku wa mbere ukageza ku w'indwi.