Ivy'abavugabutumwa babiri

Yesu ati nzohagurutsa abavugabutumwa babiri bakore mu nkomezi zidasanzwe ndabahe n'ububasha bwo kurangduza umuriro ababahama. Bazoba bafise ubushobozi bwo gufata imvura ntigwe, no guhindura amazi akaba amaraso.