Izo nzige zasa n'amafarasi y'intambara kandi mu maso hazo hasa n'ah'umuntu. Hanyuma Yohana abona umumarayika wa gatandatu avugije inzamba yiwe, habohorwa abamarayika bane b'abaranduzi babohewe mu ruzi runini Efurate, babohorerwa kwica ica gatatu c'abantu.
Yohana arizwa n'uko hatabonetse uwo kuzingurura ico gitabu
Ongerako aho ubika ivyakuryoheye