Ibizokurikira inyuma y'igihe c'amarushwa

Yohana yumvise mw'ijuru ikimeze nk'ijwi ry'ishengero ryinshi riti Haleluya, agakiza n'ubwiza n'ububasha ni ivy'Imana yacu. Ryari ijwi ry'abantu benshi baririmba batazira Imana bigina ukutu Yesu agarutse mw'isi kuganza nk'Umwami w'amahoro. Kandi bariko barigina ibibaye kuri Babuloni icitse umunyota.