Ubutumwa buzovugwa n'abamarayika babiri

Buzoba ari ubutumwa bw'imburi ku basenga ca gikoko n'igishushanyo caco. Yohana amaze kubona abo bamarayika bavuga ubutumwa aca abona isi yimburwa.