Ibindi Yohana yeretswe kuvy'abo bacunguwe
Abo ni bo babonetse batandujwe n'abagore n'ibindi vyaha. Bacunguwe ngo babe ivyeze ubwa mbere ku Mana no ku Mwagazi. Batoranijwe mu Bayuda ngo bazobwire abo mw'isi ukuri ku Mana, ku gakiza ka Yesu, no ku gihano c'Imana ku bansi bayo.