Ugutsindwa kwa Ninewe.
-
Nahumu 2:5-3:1
Close
Habakuki abandanya gusenga no guhishurirwa ivyo Imana ikora
Yertswe ingene Imana iriko irakora kugira ngo icire inzira abantu bayo. Kurya yagiy ibana na bo nk'uko tubisoa mu gitabo co Kuvayo, n'ubu yagiy ikoresha ububasha bwayo ngo imare igabo anasi b'abantu bayo. Akarorro nyamukuru ni ingn yabajabukije ikiyaga gitukura hanyuma ikabajabutsa Yoroani. Yari intumbero yo kubashikana mu gihugu 'iszrano. N'uwu musi igufiseko umugambi wo kugukiza biiy mu nzira yaiy yo kwizra Ysu Kristo.
Uguterwa kwa Ninewe.
"Ingabo z’abamedi n’ababuloni, zari zirongowe na Cyaxares na Nabogolassar, zateye Ashuri zigatako zikayisambura mu mwaka w’ 612 imbere y’uko Yesu Kristo avuka. Abanyashuri nta muntu n’umwe batinya, bari bazi ko atawoshobora kwinjira no gutera igisagara cabo. Kandi bibwira ko ata rubanza na rumwe rwoshobora kubatsinda. Ariko Imana ibwiye iryo hanga iti: “Ugiye kuzosamburwa”. "
Habakuki avugira ihanga ryiwe.
Habakuki amaze kwumva yuko inyishu y'ikibazo ciwe izoca mu guhana Abayuda bnshi bakicwa abasigaye bagattwarwa mu buja, yaciye asenga asaba ngo Uimana igire imbabazi. Uwu musii nawe urakwiye gusengera cane igihugu cawe. Burya hamwe Imana yokwereka ivyo iriko irakora kubw'ibibi bikorwa wohinda aagashitsi uawe ukavuga uti Mana gira imbabazi.
Umwansi yahagurukiye Yuda.
Nahamu avuga ko hari umwansi yahagurukiye Yuda, uwo mwansi nawe ni Ashuri n’umurwa mukuru wayo Ninewe. Senakeribu Umuhanuzi mubi avugwa incuro zitatu mw’ijambo ry’Imana, niwe yaje gutera i Buyuda. Uwo yagerageje gutera ubwo umwami Hezekiya n' Abayuda bose. Ariko Imana imusubiza inyuma, Abayuda bariruhutsa.
Ukurundanya ivy'isi ni ukwiruhiriza ubusa
Amoko n'amahanga yari yaraseserejwe n'Abakaludaya. Bari imborerwa, abasuma, n'abicanyi. Ikigeretseko bari bari abantu bisengera ibigirwamana. Kubw'ivyo vyose Imana iravuga iti bazobona ibara.
Uhoraho ni Imana iteba kuraka kandi izohana abansi bayo.
Nahumu arerekana ibi neza cane. Imana yari yararungitse Yona i Ninewe kubabwira ko bagiye kuzosamburwa kubwo icaha cabo kibi cane. Bari bazwi nk’abantu ba mbere b’inyamaswa bo mu gihe ca kera, kandi Imana yari yaravuze ko igiye kubahana. Ariko igisagara ca Ninewe cose, mur’ico gihe, kirihana gihindukirira Imana. Ariko kwihana kwabo vyamaze igihe gito cane baca basubira mu bibi vyabo.
Ibara rizogwa ku nkozi z'ibibi
Imana iravuga ku vyaha vy'abantu b'i Babuloni harimwo n'ugusahura n'ukugnra mu kaboreerwe, iti bazobona ibara. Ico ni iigwaa no ku mahanga y'uyu musi. Ntamahoro ku banyavyaha, kandi n'amagara yabo agramiw n'akaborerwe kabo.
Ukugiraneza kw' Imana n' urubanza ruciriwe Ninewe
"Yona yari yarajanye ubutumwa I Ninewe, ari nabwo bwabamenyesheje urukundo rw’Imana. Ubu naho ubutumwa bwo mu gitabo ca Nahumu busigura igihano c’Imana kandi ivyo bibiri birajana. No mu gihe uburake bw’Imana buziriringiye ihanga, Imana iguma irikunda, ntacoza kibihindura. Igituma igihano c’Imana gitera ubwoba n’uko idacisha hirya no hino nk’abantu.Kandi Imana ntibikorana umutima w’akazikira canke wo kwihora. Imana ntihana nk’iyimuboneyeho. "
Umugororotsi azobeshwaho n'ukwizera
Umuntu w'Imana yemeye guhagarara ku munara ateramye kandi ahwekereye imbere y'Imana aba yiteguye kwumva ico imubwira. Kandi kubera ko ivyerekanywe bifise igihe vyashingiwe dusabwa kwizera; na kare vyanditswe hano mu gitabu ca Habakuki 2: ngo: …Umugororotsi azobeshwaho n'ukwizera nk'uko tubisolma no mu bitabo vyo mw'Isezerano Rishasha
Intangamarara/ Imburi yo kuri Ninewe
"Nahumu yari yahawe ijambo nyamukuru rimwe gusa; uburake bw’Imana kuri Ninewe, umugwa mukuru w’ubwami bwa Ashuri. Iryo jambo kandi risigura igihano c' Imana. Imana yahanye Ninewe kubera ivyaha vyabaye umurengera. "